Bonesha TV
Aluchoto risaba Umukuru w'igihugu gufasha kugira amatora yimirije azotsimbataze amahoro
- Title
- Aluchoto risaba Umukuru w'igihugu gufasha kugira amatora yimirije azotsimbataze amahoro
- Runtime
- 3:57
- Date posted
- 10 days ago
- Description
- Ishirahamwe ALUCHOTO rigwanya ihohoterwa rikorerwa kiremwa muntu risaba abanyepolitike guhiganwa badahezanyayo, umwe wese arondere ikibanza yubaha amategeko y'igihugu yubaha n'umunyagihugu.
vianney Ndayisaba umuhuzabikorwa muri iryo shirahamwe asigura ko Abarundi bashaka kubandanya mu nzira y'iterambere aho kwama mu ntureka kubera amatora. Asaba abanyepolitike kwibuka gukoresha imvugo idatuma abarundi bitekaniye bari ku kivi bagira ingorane ko n'indirimbo bakoresha zibiba urwanko bazikuramwo bagakoresha nshansha zivuga imigambi y’abo aho gutukana.
Vianney Ndayisaba asaba umukuru w'igihugu gufasha ntihasubire kwibonekeza nkuko vyagiye biribonekeza mu bihe vy'amatora ibiziga mu nzuzi mu binogo kubera amatati ca,nke kutihanganiranira mu bihe vy’amatora n’inyuma yayo .
- Title
- Akaranga no kuvugana biranywana
- Runtime
- 4:48
- Date posted
- 12 days ago
- Description
- Title
- #Burundi : 30 ans après le coup d'État contre le régime de Sylvestre Ntibantunganya
- Runtime
- 11:23
- Date posted
- 20 days ago
- Description
- Trente ans se sont écoulés depuis le coup d'État qui a renversé le régime de Sylvestre Ntibantunganya, survenu le 25 juillet 1996.
L'ancien président burundais affirme que ce coup d'État est principalement le résultat du contexte difficile que traversait le pays, marqué par de profondes divisions et des divergences entre les acteurs politiques.
Il explique que les désaccords au sein des institutions de l'époque portaient notamment sur la stratégie à adopter pour mettre fin à la guerre qui frappait le Burundi. Selon lui, il avait proposé le déploiement de forces internationales afin d'assurer la sécurité de la population avant l'ouverture de négociations de paix. Cette proposition, précise-t-il, avait été rejetée par certains dirigeants, dont le Premier ministre de l'époque.
Sylvestre Ntibantunganya indique également qu'au moment de son renversement, les personnalités appelées à lui succéder étaient elles-mêmes divis...
- Title
- #Burundi: Imyaka 30 irakwiye habaye itembagazwa ry'ubutegetsi bwa Sylvestre Ntibantunganya.
- Runtime
- 11:32
- Date posted
- 20 days ago
- Description
- Iryo tembagazwa ry'ubutegetsi mu Burundi bwabaye ku wa 25 Mukakaro umwaka w'1996. Sylvestre Ntibantunganya ntibantunganya ari nawe yatembagajwe ku butegetsi bw'ico gihe yemeza ko iryo tembagzwa ryavuye ahanini ku bihe igihugu cari kirimwo aho wasanga hari indimi nyinshi ugasanga imvugo n'ingendo y'abantu bamwe bamwe.
Ntibantunganya agasigura ko ukutumvikana kubari mu nzego zitandukanye zico gihe ku bijanye n'umugambi wo guhagarika intambara yari imaze igihe ibabaza abarundi. Uwo yahoze arongoye uburundi akavugako yari yasavye ko haza ingabo mva makungu zoza gufasha mu gucungera umutekano w'abanyagihugu maze ibiganiro bigaheza bigatangura ivy'iyamirijwe kure n'abamwe mubari mu burongonzi bw'igihugu harimwo n'uwari umushikiranganji wa mbere w'ico gihe
Uwo yahoze aramutswa uburundi yemeza kandi ko naho habaye iryo tembagazwa ry'ubutegetsi bwiwe hariho ukutumvikana hagati y'abashaka gusubirira Ntibantunganya Sylvestre harimwo uwahoze ari umushikiranganji wo kwivu...
- Title
- Ibidukikije:Ibiyaga Nagitamo na Gacamirindi bitegerezwa gukingirwa kugira ntibikame nko muri kahise.
- Runtime
- 3:10
- Date posted
- 25 days ago
- Description
- Mu nkuru yahariwe ibidukikijei tubabwira ibijanye no gukingira ibidukikije ku biyaga biri commune Kirundo intara ya Butanyerera aho abanyagihugu bo ku mitumba Rugando na Shenga bo muri commune Kirundo bavuga ko ibiyaga Nagitamo na gacamirinda vyigeze gukama biturutse ku ruzuba rwatse no
kudakingirwa bikwiye.aho abanyagihugu babivogera bakabirimamwo.
Abo banyagihugu bakemeza ko kuva batanguye gukingira inkengera zivyo biyaga ubu hari umusaruro uboneka kuko namafi aboneka
- Title
- Ubalozi wa Tanzanie waanzisha klabu ya kwanza ya Kiswahili nchini Burundi
- Runtime
- 13:14
- Date posted
- 1 month ago
- Description
- #𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶: 𝗨𝗯𝗮𝗹𝗼𝘇𝗶 𝘄𝗮 𝗧𝗮𝗻𝘇𝗮𝗻𝗶𝗮 𝗻𝗰𝗵𝗶𝗻𝗶 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 𝘄𝗮𝘇𝗶𝗻𝗱𝘂𝗮 𝗸𝗹𝗮𝗯𝘂 𝘆𝗮 𝗸𝘄𝗮𝗻𝘇𝗮 𝘆𝗮 𝗞𝗶𝘀𝘄𝗮𝗵𝗶𝗹𝗶 𝗸𝗮𝘁𝗶𝗸𝗮 𝘀𝗵𝘂𝗹𝗲 " 𝗘́𝗰𝗼𝗹𝗲 𝗱𝗲𝘀 𝗘́𝗹𝗶𝘁𝗲𝘀 𝗖𝗼𝗻𝘁𝗲𝗺𝗽𝗼𝗿𝗮𝗶𝗻𝗲𝘀 "
Balozi wa Tanzania nchini Burundi ameanzisha mpango wa kuunda vilabu vya kufundisha na kuendeleza lugha ya Kiswahili shuleni (School Swahili Clubs). Klabu ya kwanza imeanzishwa katika shule ya École des Élites Contemporaines, iliyoko katika mtaa wa Mukozi mkoani Bujumbura.
Balozi Gelasius Byakanwa anasema warundi wengiu huzungumza Kiswahili, lakini hawajiamini wakiwa wanakizungumza. Hali hiyo iliyochangia kuzaliwa kwa wazo la kuanzisha vilabu vya Kiswahili shuleni, kwa lengo la kueneza na kukuza utamaduni ...
- Title
- Sehemu ya 2: Mchango wa jamii ya Waswahili katika upatikanaji wa uhuru nchini Burundi
- Runtime
- 43:57
- Date posted
- 1 month ago
- Description
- Ushuhuda wa mkazi wa mtaa wa Buyenzi barabara ya 15 nr 19, mzee Bakundukize Ahmad Ibrahim Mzee katika harakati za ukombozi wa taifa pamoja na baba wa taifa Mwanamfalme Louis Rwagasore
- Title
- Mchango wa jamii ya Waswahili katika upatikanaji wa uhuru nchini Burundi
- Runtime
- 29:56
- Date posted
- 1 month ago
- Description
- Ushuhuda wa mkazi wa mtaa wa Buyenzi barabara ya 15 nr 19, mzee Bakundukize Ahmad Ibrahim Mzee katika harakati za ukombozi wa taifa pamoja na baba wa taifa Mwanamfalme Louis Rwagasore.
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho: Umunsi wahariwe gukunda no gukundisha igihugu woba utabonwa kumwe ?
- Runtime
- 1:12:06
- Date posted
- 2 months ago
- Description
- ABATUMIRE: Agathon RWASA uwahoze ari umushingamateka
-Jean de Dieu MUTABAZI arongoye umugambwe RADEBU
- Francis Rohero arongoye umugambwe FPI Ineza
-Jean Bosco Ndereyimana arongoye ABA
- Title
- Emission Tribune Bonesha : Quid de la démocratie au Burundi?
- Runtime
- 1:04:52
- Date posted
- 2 months ago
- Description
- Invites: - Jean Bosco Ndereyimana président de l'ABA
- Gaspard Kobako président du parti AND Intadohoka
-Jules Niyongabo était un candidat indépendant
- Title
- Tribune Bonesha du 31 mai
- Runtime
- 1:01:10
- Date posted
- 2 months ago
- Description
- Que disent certains hommes politiques a propos des éléctions après la réunion du président de la république a leur intention?
- Title
- INKURU Y'IMVAHO
- Runtime
- 1:11:24
- Date posted
- 2 months ago
- Description
- Bamwe mu banyepolitike bavuga iki ku bijanye n'amatora inyuma y'inama umukuru w'igihugu yabagirishije?
- Title
- TRIBUNE BONESHA: Quid de la préparations des élections présidentielles de 2027?
- Runtime
- 1:03:14
- Date posted
- 3 months ago
- Description
- Les invites : François Bizimana Porte parole de la CENI
Olivier Nkurunziza Président du parti UPRONA
- Leopold Hakizimana Secrétaire général au sein du parti CNL
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho: Imyiteguro y'amatora y'Umukuru w'igihugu yo muri 2027 igeze he?
- Runtime
- 1:00:49
- Date posted
- 4 months ago
- Description
- Abatumire: François Bizimana avugira umugwi CENI
Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA
- Leopold Hakizimana umunyamabanga mu mugambwe CNL
- Title
- Abanyagihugu bo mu Gatumba basubiye guterwa n'amazi
- Runtime
- 2:25
- Date posted
- 4 months ago
- Description
- Title
- Ikiganiro : Bigenda gute kugira umukozi wa Reta ahembwa ibihumbi 350 akubaka inzu 3 ku mwaka?
- Runtime
- 1:09:17
- Date posted
- 6 months ago
- Description
- Ikiganiro cerekeye kurwanya igiturire
Abatumire :- Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe Olucome
- Gabriel Banzawitonde arongoye umugambwe APDR
- Diomède Ninteretse umuhinga mu bijanye n'uburongozi
- Title
- Baridoga ko umunsi wahariwe amasezerano y'ubumwe bw'Abarundi usigaye ufatwa minenerwe
- Runtime
- 58:50
- Date posted
- 6 months ago
- Description
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho co kuwa 6/2/2026
Abatumire: - Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA
- Gabriel Banzawitonde arongoye umugambwe APDR
- Abdoul Kassim arongoye umugambwe UPD
- Title
- Emission Tribune Bonesha : Quid de la gouvernance au Burundi ?
- Runtime
- 1:02:06
- Date posted
- 7 months ago
- Description
- Invites:- Keffa Nibizi président du parti CODEBU
-Nestor Girukwishaka président du parti CNL
-Jean Bosco Ndereyimana, président de l'ABA
- Title
- Inzego zahindutse mu mugwi CNIDH, ubwinshi bw'abanyororo,. impunzi, mu makuru yaranze umwaka wa 2025
- Runtime
- 59:06
- Date posted
- 7 months ago
- Description
- Amakuru yaranze umwaka wa 2025 mu gisata c'umutekano, ubutungane,agateka ka zina muntu n'imibano
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho : Hari akunguko umugambi wo kwigisha abana ku buntu koba karazanye?
- Runtime
- 1:02:35
- Date posted
- 8 months ago
- Description
- Abatumire: -Gaspard Kobako arongoye umugambwe AND
- Antoine Manuma arongoye urunani FENASEB
- Title
- BRB ivuga ko ikoreshwa ry'ifaranga rya ba chinois Yuan ryatumye ifaranga ry'uburundi riduga agaciro
- Runtime
- 1:23
- Date posted
- 9 months ago
- Description
- Title
- Hagiye gutangwa imisegetera kuva igenekerezo rya 26 munyonyo - 01 kigarama uno mwaka wa 2025
- Runtime
- 1:30
- Date posted
- 9 months ago
- Description
- Title
- Abagabo barenga 450 ni bamaze guhohoterwa kuva mumwaka Wa 2021.
- Runtime
- 2:00
- Date posted
- 9 months ago
- Description
- Title
- #Burundi: Ikigo BBN kivuga ko ataruhara gifise mw’iturirwa ry’ibidandazwa vyari mu makontineri 40.
- Runtime
- 6:06
- Date posted
- 9 months ago
- Description
- #Burundi: Ikigo BBN kivuga ko ataruhara gifise mw’iturirwa ry’ibidandazwa vyari mu makontineri 40.
Ikigo kijejwe kugenzura ubuziranenge bw'ibidandazwa #BBN kirahakana ko kitagize uruhara mu guturira ibidandazwa vy’umucuruzi Nahum vyari vyafashwe n’ikigo OBR kuva mu mwaka wa 2018.
Samuel Ndayiragije, umuyobozi mukuru wa BBN avuga ko umugwizatunga Nahoum yasavye BBN ko yoja kumurabira ivyo bidandazwa aho yaciye arungika abagenduzi 2 b’ico kigo basanga ivyo bidandazwa vyarononekaye aho mu vyegeranyo vyatanzwe n’abo bagenduzi bavuze ko vyononekaye bitokunda ko bija kw’isoko.
Ndayiragije akavuga ko ingingo yo ku biturira atari bo bayifashe kuko batabifitiye uruhusha ariko bo bahawe igikorwa co gusuzuma ubuziranenge vyoba bifise ariko ivyabandanije atari ivyabo.
#Boneshafm #BBN #OBR
- Title
- Emission Tribune Bonesha : Cherté de la vie
- Runtime
- 54:18
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Les invites : -Diomède Nintegetse, expert en economie
- Hamza Venant Burikukiye representat du Pisc
- Léandre Ndayizeye membre du COSYBU
- Title
- Igiturire hamwe n'imbonakazoza 2040_2060
- Runtime
- 1:36:58
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Igiturire hamwe n'imbonakazoza 2040_2060
- Title
- Kurwanya igiturire mu ntumbero gushika ku mbonokazoza y'igihugu 2040_2060
- Runtime
- 1:26:28
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Ikiganiro kidasanzwe kuvyerekeye ku rwanya igiturire
- Title
- Igiturire hamwe n'imbonakazoza 2040_2060
- Runtime
- 0:00
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Igiturire hamwe n'imbonakazoza 2040_2060
- Title
- Igiturire hamwe n'imbonakazoza 2040_2060
- Runtime
- 6:40
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Title
- Igiturire hamwe n'imbonakazoza 2040_2060
- Runtime
- 1:19
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho: Indinganizo nshasha y'intara na ma commune
- Runtime
- 1:01:49
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Abatumire: - Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe Olucome
-Francis Rohero arongoye umugambwe FPI Ineza
-Bosco Ndereyimana arongoye Ishirahamwe ABA
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho : Abanyagihugu bariko barahangana n'ubuzima buzimvye, hokorwa iki?
- Runtime
- 1:02:12
- Date posted
- 10 months ago
- Description
- Abatumire: - Diomede Nintegetse,uwanonosoye ivy'ubutunzi
- Hamza Venant Burikukiye arongoye PISC
- Léandre Ndayizeye akora mu runani Cosybu
- Title
- Abanyagihugu bo ku mutumba Mubone, Mugaruro na quartier Kabusa biyamiriza ubusuma bw'amatora.
- Runtime
- 5:40
- Date posted
- 11 months ago
- Description
- Bamwe mu banyagihugu bo ku mutumba Mubone, Mugaruro na karitiye Kabusa, zone Mutimbuzi komine Ntahangwa, intara ya Bujumbura biyamiriza ico bita ubusuma bw'amatora y'abakuru b'imitumba n'amakaritiye, bwibonekeje muri ubwo burere.Abo banyagihugu bakaba bari mu co bise imyiyerekano ku Mubone, ku mugoroba wo kuri uyu wa 5, bakemeza ko abo batoye atari bo bashikirijwe.
Abo ku mutumba Mugaruro bemeza ko batoye uwitwa Bavugameshi Jérôme ariko babazanira uwitwa Nyandwi. Nkuko babishikiriza, bavuga ko badashobora kurenganywa kubera amafaranga kandi ko demokarasi itegerezwa kwubahirizwa. Abo muri karitiye Kabusa bo bemeza ko batoye uwitwa Saidi Nyandwi baranamushira ku rutonde ko ari we wambere yatsinze amatora ariko baca babazanira uwitwa Alice Nkorerimana.
Bavuga ko ivyo biriko biraba kuri iyo mitumba bisa n’ukubacanishamwo bakabona kandi ko bitazokunda gushika ku mbonakazoza y’igihugu cifashe. Bose bagasaba umukuru w’igihugu gufasha kugirango bashikirizwe abo bitoreye. ...
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho : Mbega mu Burundi Demokrasi yaratsimbataye canke iguma isubira inyuma?
- Runtime
- 1:00:34
- Date posted
- 11 months ago
- Description
- Abatumire:
- Ngendakumana Jérémie yahoze arongoye umugambwe CNDD-FDD
- Nkurunziza Olivier arongoye umugambwe Uprona
- Ndereyimana Jean Bosco arongoye ishirahamwe ABA
- Title
- Commentaires de la societe civile et les partis politiques sur le nouveau gouvernement.
- Runtime
- 59:14
- Date posted
- 12 months ago
- Description
- Les invites : - Gabriel Banzawitonde président du parti APDR
- Diomède Ninteretse expert en leadership et management
- Jean Bosco Ndereyimana président de l'ABA
- Title
- Inyuma y'imyaka 21 Abanyamulenge ababo biciwe mu Gatumba baracasaba ubutungane kuva mu gacerere
- Runtime
- 2:10
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Imiryango y’abanyamurenge 166 bishwe abarenga amajan 2 barakomereka mueri zone Gatumba irasaba ko ubutungane bwoshira ahabona abakoze ubwo bwicanyi. Bavuga ko bidatahurise kubona haeze imyaka 21 bagandaguwe ariko ubutungane bukaguma bwinumiye,bakavuga ko bazobandanya basaba umuco kuri ubwo bwicanyi.
Ni mu gihe kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 13 Myandagaro bibukaimyaka 21 iragiye iyo miryango igandaguwe.
- Title
- ENTRETIEN AVEC LE PORTE PAROLE D'ETAT: NOUVEAU GOUVERNEMENT ! QUOI DE NEUF ?
- Runtime
- 54:34
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Une interview exclusive avec le porte parole du gouvernement et Secrétaire Général d'Etat sur le nouveau gouvernement récemment mise en place.
- Title
- IKIGANIRO CIHARIYE N'UMUVUGIZI WA RETA : RETA NSHASHA ! IGIKI GISHASHA ?
- Runtime
- 52:25
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Ikiyago cihariye n'umuvugizi wa Reta Jérôme Niyonzima muri studio Bonesha fm
- Title
- IKIGANIRO ICIYUMVIRO CAWE
- Runtime
- 12:43
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Title
- #Burundi : Gusasa mu nama nshingamateka ukiri umushikiranganji n’uguhonyanga amategeko
- Runtime
- 2:35
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Inama nshingamateka nshasha yakoranye kuri uyu wa 2 ku musi wayo ugira 2 aho ibandanya kwiga itegeko rigenga ibikorwa vy’inama nshingamateka (règlement d’ordre intérieur).
Iryo sasa ku va ku munsi waryo wa mbere ryitabwa n’abashingamateka batowe ku wa 5 ruheshi uno mwaka, muri bo harimwo abashikiranganji 3, uw’intwaro yo hagati mu gihugu, uwo kwivuna abansi n’uw’iyinjira ry’uburundi mu muryango wa Afrika y’ubuseruko bakiri mu mabanga.
Diomède Ninteretse umuhinga mu vy’uburongozi abona ko kubona abo bashikiranganji bitabira isasa ari ihonyangwa ry’amategeko no gusamara ku bajejwe gufata ingingo kuko ayo mabanga 2 atabangikanywa nk’uko n’ibwirizwa shingiro ribitomora.
Ninteretse abona ko amategeko yo kubahirizwa.
#Boneshafm #Parcem #Kwa ntare
- Title
- #Burundi: Abiba amatungo y’abanyagihugu mu mashirahamwe yo kuguranana baragabishwa
- Runtime
- 1:19
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano buragabisha irekurwa ry’abantu bagirizwa kunyuruza amafaranga mu mashirahamwe yo kuziganya no kuguranana Microfinance.
Martin Niteretse aramutswa ubwo bushikiranganji akavuga ko umuntu yanyuruje amafaranga y’abanyagihugu canke ay’igihug, adakwiye kurekurwa atarishura ayo yanyuruje. Agatanga akarorero k’umuntu afatwa azira kunyuruza hanyuma bakamurekura kubera hari abaje kugenzura "inspection" agaca arekurwa.
Uwo mushikiranganji akabona ko abagenduzi bazofatwa barekuye abanyonora bivye abanyagihugu amatungo, bazofatwa nk’abafatanije nabo. Agasaba ko ubugenduzi bwokomezwa .
- Title
- Ikiganiro Inkuru y'Imvaho : Hoba hari amakenga ko Inama nshingamateka izoba igizwe n'umugambwe umwe?
- Runtime
- 1:06:29
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Abatumire:-Keffa Nibizi avugira urunani Burundi bwa bose
-Gabriel Banzawitonde arongoye umugambwe APDR
-Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe Parcem
-Jean Bosco arongoye ishirahamwe ABA
- Title
- Emission Tribune Bonesha: Elections 2025: Commentaires sur le monopartisme à l'Assemblée Nationale
- Runtime
- 56:16
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Les invites : -Keffa Nibizi porte parole de la coalition Burundi bwa bose
-Gabriel Banzawitonde, président du parti APDR
- Faustin Ndikumana Directeur national de la Parcem
- Jean Bosco de l'ABA
- Title
- Abanyagihugu baravuga kuvyerekeye agateka k'umwana w'umurundi kifashe gute?
- Runtime
- 11:05
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Title
- Umukuru w'igihugu c'u Burundi avuga ko hari akagwi k'indongozi kagize ishirahamwe ryo guhangana nawe
- Runtime
- 2:28
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Umukuru w’igihugu c’Uburundi avuga ko hari umugwi w’indongozi wagize ishirahamwe ryo kurwana n’umukuru w’igihugu kuko babonye ikintu kigirira neza umunyagihugu baba baronse uburyo bwo kucugara.
Evariste Ndayishimiye avuga ko ivyo ariko abivuga kugirango abarundi bumve ingene imbonakazoza y’igihugu giteye imbere mu mwaka wa 2060 itoshikwako. Umukuru w’igihugu atanga akarorero k’ishirahamwe #Sopebu rijejwe igitoro rimaze kurya amafaranga y’umukuru wigihugu angana n’imiriyoni zine (4.000.000 Fbu), kandi n’ubu batarayishura.
Ndayishimiye abandanya amenyesha ko hari umuntu amaze gupfungwa kubera yamuhaye amakuru y’ubusuma bukorwa kandi n’abamupfunze yahevye arababwira ko yabimenye ko aribo bamugwanije. Avuga ko mu rugamba rwo kugwanya urudandazwa rwo mu kinywabi yasanze indongozi zose zishaka gukora urwo rudandazwa.
Ndayishimiye yatanze akandi karorero ko yeretse uwurongoye iperereza ahantu hakorerwa urudandazwa rwo mu kinyw...
- Title
- Muragabe ikiza COVID cagarutse
- Runtime
- 1:05
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi Daniel Gélase Ndabiraba aragabisha abarundi ko ikiza ca #COVID_19 casubiye kwibonekeza kandi mu Burundi.
- Title
- Umugambwe w’abadasigana UPRONA ubona ko umutima wo gukunda igihugu utarashikwako...
- Runtime
- 5:16
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA
- Title
- Imigambwe UPRONA , CDP na CNDD-FDD iravuga kuvyerekeye amatora y'abashingamateka n'abajenama
- Runtime
- 8:10
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- -Annicet Niyonkuru arongoye umugambwe CDP
-Olivier Nkurunziza arongoye umugambwe UPRONA
-Reverien Ndikuriyo umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD
- Title
- Bamwe mu bajejwe intwaro bari mu mugambwe uri ku butegetsi bari mu bahungabanije imyiyamamazo.
- Runtime
- 3:48
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Martin Niteretse akaba ari Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo intwaro yo hagati mu gihugu
- Title
- #Imyiyamamazo: Urunani Burundi bwa bose ntirushimishwa n’ikubagurwa ryakorewe abanywanyi barwo.
- Runtime
- 1:34
- Date posted
- 1 year ago
- Description
- Urunani Burundi bwa bose rumenyesha ko rwahuye n’intambamyi nyinshi mu gihe c’imyiyamamazo y'abashingamateka n'abajenama b’amakomine. Keffa Nibizi avugira urwo runani, avuga ko habayemwo iburagizwa, itera bwabo, ukubagurwa hakaba hari n’abakomeretse abandi barapfungwa hadakurikijwe amategeko nko mu ntara ya Rutana, aho musitanteri yimye uruhusha abiyamamaza muri urwo runani no muri Bururi.

